Intango y’umwaka 2016 niho twashize hamwe umugambi wogukorana no gufashanya hamwe na ma biro biserukira ubufaransa mumakungu hamwe nogukorana mubijanye n’umucokama muma biro arenga 60+ mirongo itandatu mumakungiu ari mumurwa mukuru w’ubufaransa (Paris) canke kw’isi yose muguharanira agateka kazina muntu no mubantu bahuza ibitsina nabo babisangiye LGBTQI+
![](https://i0.wp.com/ambassades-egalite.com/wp-content/uploads/2019/04/Flag_of_Burundi.svg_.png?resize=90%2C90&ssl=1)